Africa

Imana y’ukuri yo gusengwa ni Umuremyi Imana yaremye iyi si ari nziza kandi yimbuka. Ivyatsi n’ibiti vy’ivyamwa ni vyo vyari ivyo kurya vy’abantu (Ita1:29). Imana y’ukuri kandi yashizeho itongo ryiza rya Edeni; irishiramwo umugabo n’umugore ba mbere ari bo Adamu na Eva (Ita 2: 28). Icaha kimaze kwinjira Umucunguzi yasezeranywe Mbega Imana iripfuza ko umuntu ayisenga? Mbega Imana Iratuburira kandi ikatubuza gusenga ibigirwamana? Itandukaniro riri hagati y’Imana y’ukuri n’ibigirwamana Kwambaza Imana y’Ukuri “Ibimazi Imana ishikanirwa ni umutima umenetse; umutima umenetse, ujanjaguwe, Mana, ntuzowukēngēra.” (Zaburi 51:17).

English Hindi

7 Nyandagaro 2024 in  Cultural, Africa 6 minutes

Abantu bose bo ahantu hose baripfuza kandi barizera kuronka ibintu vyiza mu buzima bwabo. Umuntu agomba kuronka ivyokurya biryoshe, n’ibintu bikwiye kugira ashobore kubisangira n’abagenzi hamwe n’abashitsi; nk’impuzu nziza kandi zikwiye kugira yame afise izo guhinduranya na canecane mu bihe kanaka vy’imisi mikuru; inzu nziza ikomeye, yagutse kandi isakaye neza mu buryo bukwiriye ibihe vyose vy’ihindagurika ry’ikirere. Turizera kandi kuronka mu minwe yacu amahera yo gushobora kuriha ikintu cose dukeneye, ku bijanye n’ivyo tuba turiko turakora canke kuriha imiti bishitse tukagwara, canke ayo kuriha urugendo mu gihe tuba tugiye kuramutsa abagenzi bacu mu kindi gisagara. ARIKO,

English Kinyarwanda

6 Nyandagaro 2024 in  Cultural, Africa 11 minutes